Abakorana na Jerry Muhindo Kavali, w'imyaka 49, bavuga ko yari umuntu ameze neza, yitanga kandi ''yama akeye mu maso''.